Amashirahamwe akukira ONU arangurira imirimo mu Burundi yiyemeje gutanga amafaranga yababa umuriyaridi w'amadolari muri iyi myaka itatu iri imbere. Nk'uko Violet Kakyoma aserukira aya mashirahamwe ...
Umushikiranganji w'ikigega ca reta Alain Ndikumana aherutse gutangaza ko mu miriyaridi hafi zibiri z'amadolari Uburundi bwari bwahawe n'ibanki y'isi yose bwakoreshejemwo ibice 21 kw'ijana gusa, ayandi ...
Ibendera ry'Uburundi (Ibubamfu) na Australia(Iburyo) mu kigo c'ubuserukizi bw'Uburundi mu ntara ya Western Australia (Perth). Source: Consulate of Burundi in Australia Independent news and stories ...
This website is the official website of the Council of the EU and the European Council. It is managed by the General Secretariat of the Council, the body of staff responsible for assisting the Council ...
Mu matora Uburundi bwimirije umukandida yigenga Francis Rohero arasigura imigabo n'imigambi afise k'Uburundi ngo ari nkakumwe yoramuka atowe mu kibanza c'umukuru w'igihugu mu Burundi. Menya bimwe mu ...
Umugambi wo gutanga umuyaga nkuba uvuye kumishwarara y’izuba, uzwi kw’izina rya Soleil Nyakiriza , n umugambi wa leta y ‘uburundi ufashwe mu mugongo n’Ibanki y isi yose, watangungujwe mu 2020. Uyo ...